Loading

(Intro)

Si mon cœur se tait
Alors mon silence t’adore
Ibimvuga nivyo sibihimbano

(Couplet 1 : Esther nish)

Ibanga ryokunyiba umutima
Waribwiwe nande
Konisanze nakubwiye vyose
Ntaciye kuruhande

Kuva ubwo ivyo gukunda
Mba ndabisubiyemwo
Ivyo kuvuga ko ntazongera gukunda
Mba ndavyibagiw eeeeh eeeeh

(Refrain)

Amazo yanje, yakubonye Rimwe
Bintera kwuzura umunezero
Ndatwenga Sinarinzi ko nzohura
N’umuntu anyumva nkawe

Wanyibagije agahinda k’urukundo
Wanyibagije agahinda k’urukundo

(Couplet 2 : Mt number One)

Kuva ndakuronse namana
Akamwewe ubu ndagufise
Bébé sinkurekura, ibihe namaze
M’umubabaro warihee eh kuki
Ntakumenya kare ngo twijanire kure

(Pont)

None ubu ivy’urukundo babiza
Jewe nawe ivyo kuvuga ko
Notandukana nawe ivyo
Bavyibagir eeeeeh iiih

(Refrain)

Amazo yanje, yakubonye Rimwe
Bintera kwuzura umunezero
Ndatwenga Sinarinzi ko nzohura
N’umuntu anyumva nkawe

Wanyibagije agahinda k’urukundo
Wanyibagije agahinda k’urukundo

(Outro)

Sinarinzi ko nzohura
N’umuntu anyumva nkawe
Wanyibagije agahinda k’urukundo
Wanyibagije agahinda k’urukundo

Added by

lyrics africas

SHARE

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *